ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko umwami yari afise ku kiyaga umugwi w’imeri w’i Tarushishi+ wari kumwe n’umugwi w’imeri za Hiramu. Rimwe mu myaka itatu, nya mugwi w’imeri w’i Tarushishi waraza uzanye inzahabu+ n’ifeza, amasenge+, n’inkende be n’ibinyoni vyitwa tawusi.

  • 2 Ngoma 9:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko imeri z’umwami zaja i Tarushishi+ ziri kumwe n’abasuku ba Hiramu+. Rimwe mu myaka itatu, imeri z’i Tarushishi zaraza, zizanye inzahabu n’ifeza+, amasenge+, n’inkende be n’ibinyoni vyitwa tawusi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika