Daniyeli 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ndaramura amaso ndaraba, maze mbona umugabo umwe yambaye impuzu y’ilino+, akenyeye mu mafyinga+ inzahabu y’i Ufazi+.
5 ndaramura amaso ndaraba, maze mbona umugabo umwe yambaye impuzu y’ilino+, akenyeye mu mafyinga+ inzahabu y’i Ufazi+.