ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze umwe muri bo abwira wa muntu yambaye impuzu y’ilino+, wa wundi yari hejuru y’amazi y’umugezi, ati: “Hazoca igihe kingana gute gushika kw’iherezo ry’ivyo bintu vy’agatangaza+?”

  • Ivyahishuwe 19:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Egome, ahawe kwambara impuzu y’ilino nziza, yakaka, isukuye, kuko nya mpuzu y’ilino nziza igereranya ibikorwa bigororotse vy’aberanda+.”

  • Ivyahishuwe 19:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Vyongeye, ingabo zari mw’ijuru zariko ziramukurikira ziri ku mafarasi yera, kandi zari zambaye impuzu z’ilino nziza, zera, zisukuye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika