ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 24:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Kuko ku biyaga ari ho we ubwiwe yayishinze ikaguma+,

      Kandi ku nzuzi ni ho ayigumiza ishimangiye+.

  • Zaburi 93:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 93 Yehova ubwiwe acitse umwami+!

      Yambaye ubukuru+;

      Yehova arambaye, emwe, akenyeye inkomezi+.

      Ubutaka bwimbuka na bwo burashimangiwe ku buryo budashobora kunyiganyizwa+.

  • Imigani 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Yehova mu bukerebutsi bwiwe yarashimangiye umushinge w’isi+. Yarashinze amajuru araguma, akoresheje ugutahura+.

  • Yesaya 45:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze, Umuremyi w’amajuru+, We Mana y’ukuri+, Uwabumvye isi akayihingura+, We yayishimangiye+, ntayiremere ubusa gusa, mugabo akayirema ngo ibeko abantu+: “Ndi Yehova, kandi nta wundi n’umwe ariho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika