Yeremiya 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Baragowe abungere barandura intama zo mu buragiriro bwanje bakongera bakazishwiragiza+!”, ni ko Yehova avuze. Ezekiyeli 34:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Amaherezo zarasanzaye kubera ata mwungere yariho+, ku buryo zicika indya z’ibikoko vyose vyo mu gahinga, kandi zibandanya gusanzara+.
23 “Baragowe abungere barandura intama zo mu buragiriro bwanje bakongera bakazishwiragiza+!”, ni ko Yehova avuze.
5 Amaherezo zarasanzaye kubera ata mwungere yariho+, ku buryo zicika indya z’ibikoko vyose vyo mu gahinga, kandi zibandanya gusanzara+.