2 Ngoma 36:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe. Gucura intimba 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Agahungu n’umutama+ baryamye hasi kw’ivu ryo mu mabarabara+.Abigeme banje b’isugi n’imisore yanje bagwishijwe n’inkota+.Wabishe ku musi w’ishavu ryawe+. Warabakereye+; ntiwagize impuhwe+.
17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe.
21 Agahungu n’umutama+ baryamye hasi kw’ivu ryo mu mabarabara+.Abigeme banje b’isugi n’imisore yanje bagwishijwe n’inkota+.Wabishe ku musi w’ishavu ryawe+. Warabakereye+; ntiwagize impuhwe+.