Zaburi 40:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nibamaramare barye ivyatsi bose hamwe+,Abo barondera ubuzima bwanje ngo babuzimanganye+.Nibahindukire bateterwe, abo bahimbarwa n’ivyago vyanje+. Zaburi 109:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Abandwanya nibambikwe agateterwe+,Bitwikire ibimaramare vyabo nk’umwitero utagira amaboko+. Yesaya 45:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bazomaramara koko mbere bateterwe, bose uko bangana. Abahinguzi b’amashusho y’ibigirwamana bazogendera hamwe bateterewe+.
14 Nibamaramare barye ivyatsi bose hamwe+,Abo barondera ubuzima bwanje ngo babuzimanganye+.Nibahindukire bateterwe, abo bahimbarwa n’ivyago vyanje+.
16 Bazomaramara koko mbere bateterwe, bose uko bangana. Abahinguzi b’amashusho y’ibigirwamana bazogendera hamwe bateterewe+.