ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 15:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Dawidi yariko adugana umudugo w’Imyelayo+, aduga arira, umutwe wiwe upfutse+, kandi yariko agenda ibirenge bisa; nuko abantu bose bari kumwe na we umwe wese apfuka umutwe wiwe, maze baraduga, baduga barira+.

  • Esiteri 6:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Hanyuma Morudekayi asubira kw’irembo ry’umwami+. Hamani na we yihutira kuja iwe, agandaye kandi yitwikiriye mu mutwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika