ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 6:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Hanyuma Morudekayi asubira kw’irembo ry’umwami+. Hamani na we yihutira kuja iwe, agandaye kandi yitwikiriye mu mutwe+.

  • Yeremiya 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Abakomakomeye baho batumye ba nyarucari babo kurondera amazi+. Bashitse ku mifurege. Nta mazi baronse+. Bagarukanye ivyombo bigaragara. Bamaramaye+, batashe zirayoye, kandi bitwikiriye umutwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika