Amosi 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Kandi uku ni ko bizoba kuri uwo musi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma izuba rirenga ku mutaga w’amaminangohe+, nteze igihugu umwiza ku musi umuco ari wose. Mika 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ‘Ku bw’ivyo muzoronka ijoro+, ku buryo ata kwerekwa kuzohaba+; muzoronka umwiza, kugira ngo ntimuragure. Kandi izuba rizorengera koko ku bahanuzi, umurango uzobacurirako umwiza+.
9 “‘Kandi uku ni ko bizoba kuri uwo musi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma izuba rirenga ku mutaga w’amaminangohe+, nteze igihugu umwiza ku musi umuco ari wose.
6 ‘Ku bw’ivyo muzoronka ijoro+, ku buryo ata kwerekwa kuzohaba+; muzoronka umwiza, kugira ngo ntimuragure. Kandi izuba rizorengera koko ku bahanuzi, umurango uzobacurirako umwiza+.