Zaburi 69:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko nikoreye iceyi kubera wewe+,Agateterwe kampfutse mu maso+. Matayo 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi muzokwankwa n’abantu bose kubera izina ryanje+; mugabo uwihanganye gushika kw’iherezo ni we azokizwa+. Abaroma 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko na Kristu atishimishije ubwiwe+; mugabo nk’uko vyanditswe: “Ibitutsi vy’abagutuka vyaguye kuri jewe+.”
22 Kandi muzokwankwa n’abantu bose kubera izina ryanje+; mugabo uwihanganye gushika kw’iherezo ni we azokizwa+.
3 Kuko na Kristu atishimishije ubwiwe+; mugabo nk’uko vyanditswe: “Ibitutsi vy’abagutuka vyaguye kuri jewe+.”