Ezekiyeli 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Araheza ambwira ati: “Mwana w’umuntu, ico uronka, ukirye. Rya uwo muzingo+, hanyuma ugende, ubwire inzu ya Isirayeli.” Ivyahishuwe 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndaheza nakira nya kazingo gatoya mu kuboko kwa wa mumarayika ndakarya+, mu kanwa kanje gasosa nk’ubuki+; mugabo aho mariye kukarya, mu nda hanje hararura.
3 Araheza ambwira ati: “Mwana w’umuntu, ico uronka, ukirye. Rya uwo muzingo+, hanyuma ugende, ubwire inzu ya Isirayeli.”
10 Ndaheza nakira nya kazingo gatoya mu kuboko kwa wa mumarayika ndakarya+, mu kanwa kanje gasosa nk’ubuki+; mugabo aho mariye kukarya, mu nda hanje hararura.