Abalewi 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “‘Ntimuze mwikebagure mu mubiri wanyu ku bw’umuntu yapfuye+, kandi ntimuze mwice injorogo*. Ndi Yehova. Gusubira mu vyagezwe 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Mwebwe muri abana ba Yehova Imana yanyu+. Ntimuze mwikebagure+ canke ngo mwice ubuhanza+ ku ruhanga rwanyu ku bw’umuntu yapfuye. Yeremiya 41:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 haza abagabo bavuye i Shekemu+ n’i Shilo+ n’i Samariya+, abagabo mirongo umunani bamoye ubwanwa+, batantamuye impuzu zabo kandi bikebaguye+, bakaba bari bafise mu kuboko ishikanwa ry’intete n’imibavu ya olibani+ kugira babizane ku nzu ya Yehova.
28 “‘Ntimuze mwikebagure mu mubiri wanyu ku bw’umuntu yapfuye+, kandi ntimuze mwice injorogo*. Ndi Yehova.
14 “Mwebwe muri abana ba Yehova Imana yanyu+. Ntimuze mwikebagure+ canke ngo mwice ubuhanza+ ku ruhanga rwanyu ku bw’umuntu yapfuye.
5 haza abagabo bavuye i Shekemu+ n’i Shilo+ n’i Samariya+, abagabo mirongo umunani bamoye ubwanwa+, batantamuye impuzu zabo kandi bikebaguye+, bakaba bari bafise mu kuboko ishikanwa ry’intete n’imibavu ya olibani+ kugira babizane ku nzu ya Yehova.