Yosuwa 24:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi amagufa ya Yozefu+, ayo bene Isirayeli bari baraduganye bayakuye mu Misiri, bayahamba i Shekemu mu gice c’itongo Yakobo yari yaguze na bene Hamori+, se wa Shekemu, ku bice ijana vy’amahera+; kiraheza cegukira bene Yozefu bwa ntoranwa+. 1 Abami 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko Rehobowamu+ aja i Shekemu, kuko i Shekemu+ ari ho Isirayeli yose yari yaje kumugirira umwami.
32 Kandi amagufa ya Yozefu+, ayo bene Isirayeli bari baraduganye bayakuye mu Misiri, bayahamba i Shekemu mu gice c’itongo Yakobo yari yaguze na bene Hamori+, se wa Shekemu, ku bice ijana vy’amahera+; kiraheza cegukira bene Yozefu bwa ntoranwa+.
12 Nuko Rehobowamu+ aja i Shekemu, kuko i Shekemu+ ari ho Isirayeli yose yari yaje kumugirira umwami.