ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 22:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ba data barakwizigiye+;

      Barizigiye, nawe uguma ubakiza+.

  • Yeremiya 14:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ewe cizigiro ca Isirayeli+, Umukiza wiwe+ mu gihe c’amarushwa+, kubera iki uba nka kavamahanga mu gihugu, nk’ingenzi yakebeje kugira ngo irare ahantu+?

  • Yeremiya 50:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Abababonye bose barabarokeje+, kandi abarwanizi babo bavuze+ bati: ‘Ntituzokwagirwa n’icaha+, kuko bacumuye kuri Yehova, we hantu ho kuba h’ubugororotsi+ akaba n’icizigiro ca ba sekuruza babo+, egome, Yehova.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika