2 Ngoma 36:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Atangura guturira inzu y’Imana+ y’ukuri yongera asiturira hasi uruhome+ rwa Yeruzalemu; iminara yaho yo kubamwo yose bayituriza umuriro, be n’ibintu vyaho vyose bihimbaye+, kugira bahayogeze+. Zaburi 78:60 Bibiliya y’isi nshasha 60 Amaherezo iheba itaberenakulo y’i Shilo+,Ihema yabayemwo hagati mu bantu bakuwe mw’ivu+. Yesaya 63:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Igisata cawe ceranda+ camaze akanya gatoyi gusa kihagaba. Abarwanizi bacu barahonyanze aheranda hawe+. Yesaya 64:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Inzu yacu y’ubweranda n’ubwiza+, iyo ba sogokuruza bacu bagushemerezamwo+, ubwayo yacitse ikintu co guturira mu muriro+; kandi kimwe cose mu bintu vyacu bihimbaye+ cacitse agatikizo.
19 Atangura guturira inzu y’Imana+ y’ukuri yongera asiturira hasi uruhome+ rwa Yeruzalemu; iminara yaho yo kubamwo yose bayituriza umuriro, be n’ibintu vyaho vyose bihimbaye+, kugira bahayogeze+.
18 Igisata cawe ceranda+ camaze akanya gatoyi gusa kihagaba. Abarwanizi bacu barahonyanze aheranda hawe+.
11 Inzu yacu y’ubweranda n’ubwiza+, iyo ba sogokuruza bacu bagushemerezamwo+, ubwayo yacitse ikintu co guturira mu muriro+; kandi kimwe cose mu bintu vyacu bihimbaye+ cacitse agatikizo.