ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 3:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Aminjiriro yiwe azobwirizwa kugandara+ no guserura agahinda, kandi ata gukeka azokuburwa. Azokwicara hasi kw’isi+.”

  • Yeremiya 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Kubera iki twiyicarira dutekanye? Nimukoranire hamwe, twinjire mu bisagara bikingijwe ibihome+, maze tunumireyo. Kuko Yehova Imana yacu atunumije+, kandi atunywesha amazi arimwo ubumara+, kubera ko twacumuye kuri Yehova.

  • Gucura intimba 3:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Niyicare ari wenyene kandi agume acereje+, kuko yamushizeko ikintu+.

  • Amosi 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ku bw’ivyo rero, ico gihe uwufise ugutahura kwimbitse azoguma acereje, kuko kizoba ari igihe c’ivyago+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika