Yosuwa 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yosuwa aca atantamura imitamana yiwe, agwa yubamye+ ashika hasi imbere y’isandugu ya Yehova gushika ku mugoroba, we hamwe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli; baguma basūrira umukungugu ku mitwe yabo+. Yobu 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bararamuye amaso bari nka hariya, ntibamumenya. Bashira ijwi hejuru, bararira, umwe wese atantamura+ umwitero wiwe utagira amaboko, basūrira umukungugu mu kirere ku mitwe yabo+.
6 Yosuwa aca atantamura imitamana yiwe, agwa yubamye+ ashika hasi imbere y’isandugu ya Yehova gushika ku mugoroba, we hamwe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli; baguma basūrira umukungugu ku mitwe yabo+.
12 Bararamuye amaso bari nka hariya, ntibamumenya. Bashira ijwi hejuru, bararira, umwe wese atantamura+ umwitero wiwe utagira amaboko, basūrira umukungugu mu kirere ku mitwe yabo+.