Yesaya 51:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ivyo bintu bibiri vyaragushikira+. Ni nde azosangira nawe umubabaro+? Ukunyagwa n’ugusenyuka, inzara n’inkota+! Ni nde azoguhoza+?
19 Ivyo bintu bibiri vyaragushikira+. Ni nde azosangira nawe umubabaro+? Ukunyagwa n’ugusenyuka, inzara n’inkota+! Ni nde azoguhoza+?