1 Samweli 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hana aca arishura, ati: “Oya mukama wanje! Ndi umugore atuntuye ku mutima; sinanyoye umuvinyu canke inzoga iboreza, ahubwo ndiko nsuka umutima wanje imbere ya Yehova+. Zaburi 62:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimuyizigire ibihe vyose, emwe bantu+!Imbere yayo nimusuke umutima wanyu+.Imana ni ubuhungiro bwacu+. Sela. Zaburi 142:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Imbere yiwe nagumye nsuka amaganya yanje+;Imbere yiwe nabandanije kuvuga amarushwa yanje+,
15 Hana aca arishura, ati: “Oya mukama wanje! Ndi umugore atuntuye ku mutima; sinanyoye umuvinyu canke inzoga iboreza, ahubwo ndiko nsuka umutima wanje imbere ya Yehova+.
8 Nimuyizigire ibihe vyose, emwe bantu+!Imbere yayo nimusuke umutima wanyu+.Imana ni ubuhungiro bwacu+. Sela.