Yobu 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Na wo niwakorana ubwibone+, wewe uzompiga nk’intambwe y’umukangara+,Kandi wewe uzokwongera kwiyerekana ko utangaje ku binyerekeye. Yobu 38:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Igihe zibunze mu bwikingo+,Canke igihe ziryamye mu gisanze, zibundiye ikintu? Hoseya 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko nzomerera Efurayimu nk’intambwe y’umukangara+, n’inzu ya Yuda nk’intambwe y’umukangara y’umugāra. Jewe nzobatabagura, ngende nsengēse, kandi nta wuzobarokora+.
16 Na wo niwakorana ubwibone+, wewe uzompiga nk’intambwe y’umukangara+,Kandi wewe uzokwongera kwiyerekana ko utangaje ku binyerekeye.
14 Kuko nzomerera Efurayimu nk’intambwe y’umukangara+, n’inzu ya Yuda nk’intambwe y’umukangara y’umugāra. Jewe nzobatabagura, ngende nsengēse, kandi nta wuzobarokora+.