2 Samweli 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Na we avuga ati: “Umwana akiri muzima nisonzesha+ kandi nkaguma ndira+, kuko nibwira nti: ‘Ni nde abizi? Hari aho Yehova yongirira ubutoni, maze uwo mwana akabaho koko+.’ Yoweli 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ni nde azi ko atazohindukira akicuza vy’ukuri+, inyuma yavyo agasiga umuhezagiro+, ari wo shikanwa ry’intete n’ishikanwa ry’ikinyobwa ku bwa Yehova Imana yanyu? Yona 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hari uwubizi? Kumbure Imana y’ukuri yohindukira ikicuza vy’ukuri+, ikareka ishavu ryayo rirurumba, ntituyogere+.”
22 Na we avuga ati: “Umwana akiri muzima nisonzesha+ kandi nkaguma ndira+, kuko nibwira nti: ‘Ni nde abizi? Hari aho Yehova yongirira ubutoni, maze uwo mwana akabaho koko+.’
14 Ni nde azi ko atazohindukira akicuza vy’ukuri+, inyuma yavyo agasiga umuhezagiro+, ari wo shikanwa ry’intete n’ishikanwa ry’ikinyobwa ku bwa Yehova Imana yanyu?
9 Hari uwubizi? Kumbure Imana y’ukuri yohindukira ikicuza vy’ukuri+, ikareka ishavu ryayo rirurumba, ntituyogere+.”