Yesaya 38:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Genda, ubwire Hezekiya uti: ‘Ibi ni vyo Yehova Imana ya Dawidi sogokuruza wawe+ avuze: “Numvise isengesho ryawe+. Nabonye amosozi yawe+. Ehe nongeye ku misi yawe imyaka cumi n’itanu+; Yoweli 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ni nde azi ko atazohindukira akicuza vy’ukuri+, inyuma yavyo agasiga umuhezagiro+, ari wo shikanwa ry’intete n’ishikanwa ry’ikinyobwa ku bwa Yehova Imana yanyu? Amosi 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’ Yona 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hari uwubizi? Kumbure Imana y’ukuri yohindukira ikicuza vy’ukuri+, ikareka ishavu ryayo rirurumba, ntituyogere+.”
5 “Genda, ubwire Hezekiya uti: ‘Ibi ni vyo Yehova Imana ya Dawidi sogokuruza wawe+ avuze: “Numvise isengesho ryawe+. Nabonye amosozi yawe+. Ehe nongeye ku misi yawe imyaka cumi n’itanu+;
14 Ni nde azi ko atazohindukira akicuza vy’ukuri+, inyuma yavyo agasiga umuhezagiro+, ari wo shikanwa ry’intete n’ishikanwa ry’ikinyobwa ku bwa Yehova Imana yanyu?
15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’
9 Hari uwubizi? Kumbure Imana y’ukuri yohindukira ikicuza vy’ukuri+, ikareka ishavu ryayo rirurumba, ntituyogere+.”