Gusubira mu vyagezwe 28:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi uzosarishwa koko n’ivyo amaso yawe azoba abonye+. Yeremiya 14:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Iyo nsohotse nkaja mu gahinga, ndahasanga abagandaguwe n’inkota+! Ninjira mu gisagara na ho, nkahasanga indwara ziturutse ku kigoyi+! Kuko umuhanuzi n’umuherezi banyuragiye mu gihugu batazi+.’”
18 Iyo nsohotse nkaja mu gahinga, ndahasanga abagandaguwe n’inkota+! Ninjira mu gisagara na ho, nkahasanga indwara ziturutse ku kigoyi+! Kuko umuhanuzi n’umuherezi banyuragiye mu gihugu batazi+.’”