Zaburi 88:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Wanshize mu cobo c’ibwina kure rwose,Mu bibanza vy’umwiza, mu nyenga nini+. Zaburi 116:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo nambaje izina rya Yehova+ nti:“Aaa! Yehova we, kiza ubuzima bwanje+!” Zaburi 130:1 Bibiliya y’isi nshasha 130 Nakwambaje ndi ibwina, ewe Yehova+! Yona 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ati:“Natakambiye Yehova ndi mu marushwa yanje+, na we aranyishura+.Natabaje ndi mu nda y’ukuzimu*+.Warumvise ijwi ryanje+.
130 Nakwambaje ndi ibwina, ewe Yehova+! Yona 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ati:“Natakambiye Yehova ndi mu marushwa yanje+, na we aranyishura+.Natabaje ndi mu nda y’ukuzimu*+.Warumvise ijwi ryanje+.
2 ati:“Natakambiye Yehova ndi mu marushwa yanje+, na we aranyishura+.Natabaje ndi mu nda y’ukuzimu*+.Warumvise ijwi ryanje+.