ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Imigozi y’ukuzimu yari inkikuje+;

      Imitego y’urupfu yari impanze+.

  • Zaburi 25:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Amarushwa y’umutima wanje yagwiriye+;

      Ewe, nunkure mu maganya andiko+!

  • Zaburi 40:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Kandi yarandugije ankura mu cobo kiroha+,

      Mu rwondo rw’ibishanga vyo mu ndiba+.

      Maze yadugije ibirenge vyanje ku rutare+;

      Yashimangiye intambuko zanje+.

  • Zaburi 71:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kubera ko watumye mbona amarushwa menshi n’ivyago vyinshi+,

      Nungarurire agatege+;

      Ongera unduze, unkure mu nyenga z’amazi z’isi+.

  • Gucura intimba 3:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 Ewe Yehova, nasemereye izina ryawe ndi mu cobo co hasi cane+.

  • Yona 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 ati:

      “Natakambiye Yehova ndi mu marushwa yanje+, na we aranyishura+.

      Natabaje ndi mu nda y’ukuzimu*+.

      Warumvise ijwi ryanje+.

  • Abaheburayo 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika