Zaburi 71:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Iminwa yanje izokwiha akamo k’umunezero igihe nzoba numva noguhibongoreza+,Emwe, jewe uwo wacunguye+. Yeremiya 50:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Umucunguzi wabo arakomeye+, Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+. Emwe, azokwifatira mu minwe urubanza rwabo+, kugira ahe akaruhuko igihugu+ yongere ateze uruhagarara ababa i Babiloni+.”
23 Iminwa yanje izokwiha akamo k’umunezero igihe nzoba numva noguhibongoreza+,Emwe, jewe uwo wacunguye+.
34 Umucunguzi wabo arakomeye+, Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+. Emwe, azokwifatira mu minwe urubanza rwabo+, kugira ahe akaruhuko igihugu+ yongere ateze uruhagarara ababa i Babiloni+.”