Zaburi 59:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ku bw’igicumuro c’akanwa kabo, ijambo ry’iminwa yabo+;Nibafatirwe mu bwishime bwabo+,Egome, kubera imivumo n’ubuhendanyi baguma basubiramwo. Zaburi 140:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bakarihije ururimi rwabo nka rurya rw’inzoka+;Ubwayi bw’imamba y’amahembe buri munsi y’iminwa yabo+. Sela.
12 Ku bw’igicumuro c’akanwa kabo, ijambo ry’iminwa yabo+;Nibafatirwe mu bwishime bwabo+,Egome, kubera imivumo n’ubuhendanyi baguma basubiramwo.
3 Bakarihije ururimi rwabo nka rurya rw’inzoka+;Ubwayi bw’imamba y’amahembe buri munsi y’iminwa yabo+. Sela.