Matayo 12:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+. Abaroma 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Umuhogo wabo ni imva irangaye, bahendanishije indimi zabo+.” “Ubumara bw’incira buri inyuma y’iminwa yabo+.” Yakobo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.
34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+.
13 “Umuhogo wabo ni imva irangaye, bahendanishije indimi zabo+.” “Ubumara bw’incira buri inyuma y’iminwa yabo+.”
8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.