Zaburi 58:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ubwayi bwabo ni nk’ubwayi bw’inzoka+,Bakaba ibipfamatwi nk’imvuvyi yiziba ugutwi+, Zaburi 140:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bakarihije ururimi rwabo nka rurya rw’inzoka+;Ubwayi bw’imamba y’amahembe buri munsi y’iminwa yabo+. Sela. Matayo 12:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+. Yakobo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.
3 Bakarihije ururimi rwabo nka rurya rw’inzoka+;Ubwayi bw’imamba y’amahembe buri munsi y’iminwa yabo+. Sela.
34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+.
8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.