Zaburi 140:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bakarihije ururimi rwabo nka rurya rw’inzoka+;Ubwayi bw’imamba y’amahembe buri munsi y’iminwa yabo+. Sela. Abaroma 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Umuhogo wabo ni imva irangaye, bahendanishije indimi zabo+.” “Ubumara bw’incira buri inyuma y’iminwa yabo+.” Yakobo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.
3 Bakarihije ururimi rwabo nka rurya rw’inzoka+;Ubwayi bw’imamba y’amahembe buri munsi y’iminwa yabo+. Sela.
13 “Umuhogo wabo ni imva irangaye, bahendanishije indimi zabo+.” “Ubumara bw’incira buri inyuma y’iminwa yabo+.”
8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.