Zaburi 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.Umuhogo wabo ni imva irangaye+;Bakoresha akarimi gasosa+. Zaburi 52:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Amarushwa ni yo mugambi ururimi rwawe rutegura, rukarihije nk’urumosho+,Rugakorana ubuhendanyi+.
9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.Umuhogo wabo ni imva irangaye+;Bakoresha akarimi gasosa+.