ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 50:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Akanwa kawe warakarekuye ngo kivugire ibibi+,

      Kandi ururimi rwawe uguma urufatanije n’ubuhendanyi+.

  • Zaburi 57:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ubuzima bwanje buri hagati y’intambwe+;

      Nta kundi ndi bugire atari ukuryama mu birotsanyi, abana b’abantu,

      Amenyo yabo akaba ari amacumu n’imyampi+,

      Ururimi rwabo na rwo rukaba ari inkota ikarishe+.

  • Zaburi 59:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Raba! Badudubiza amajambo n’akanwa kabo+;

      Inkota ziri ku minwa yabo+,

      Kuko, ni nde yumviriza+?

  • Zaburi 64:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Abakarihije ururimi rwabo nk’inkota+,

      Bagatumbereza umwampi wabo, imvugo irura+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika