ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 52:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Amarushwa ni yo mugambi ururimi rwawe rutegura, rukarihije nk’urumosho+,

      Rugakorana ubuhendanyi+.

  • Zaburi 55:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,

      Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.

      Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,

      Mugabo ni inkota zisokoye+.

  • Zaburi 64:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Abakarihije ururimi rwabo nk’inkota+,

      Bagatumbereza umwampi wabo, imvugo irura+,

  • Imigani 25:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kurya kw’ubuhiri bw’intambara n’inkota n’umwampi ukarihije, ni ko umuntu yagiriza mugenziwe bwa cabona c’ikinyoma amera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika