Zaburi 58:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ewe Mana, nubahongore amenyo mu kanwa kabo+.Numenagure imibangabanga y’intambwe z’imikangara z’imigāra, ewe Yehova! Imigani 30:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hari iyaruka amenyo yaryo ari inkota, n’imibangabanga yaryo ikaba ibibugita+, kugira rirotse abarushwa ngo bave kw’isi, n’aboro ngo bave mu bantu+.
6 Ewe Mana, nubahongore amenyo mu kanwa kabo+.Numenagure imibangabanga y’intambwe z’imikangara z’imigāra, ewe Yehova!
14 Hari iyaruka amenyo yaryo ari inkota, n’imibangabanga yaryo ikaba ibibugita+, kugira rirotse abarushwa ngo bave kw’isi, n’aboro ngo bave mu bantu+.