Zaburi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Haguruka+, Yehova we! Nkiza+, Mana yanje we+!Kuko uzokubita abansi banje bose ku mubangabanga+.Amenyo y’ababisha uzoyamena+. Zaburi 57:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ubuzima bwanje buri hagati y’intambwe+;Nta kundi ndi bugire atari ukuryama mu birotsanyi, abana b’abantu,Amenyo yabo akaba ari amacumu n’imyampi+,Ururimi rwabo na rwo rukaba ari inkota ikarishe+.
7 Haguruka+, Yehova we! Nkiza+, Mana yanje we+!Kuko uzokubita abansi banje bose ku mubangabanga+.Amenyo y’ababisha uzoyamena+.
4 Ubuzima bwanje buri hagati y’intambwe+;Nta kundi ndi bugire atari ukuryama mu birotsanyi, abana b’abantu,Amenyo yabo akaba ari amacumu n’imyampi+,Ururimi rwabo na rwo rukaba ari inkota ikarishe+.