1 Abami 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Iyo nzu yose ayihomekako inzahabu+, gushika inzu yose irangiye; kandi igicaniro+ cose cari amaja ku cumba c’ahitereye agihomekako inzahabu+.
22 Iyo nzu yose ayihomekako inzahabu+, gushika inzu yose irangiye; kandi igicaniro+ cose cari amaja ku cumba c’ahitereye agihomekako inzahabu+.