1 Samweli 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko atuma kumuzana. Na we yari inzobe+, akaba umusore afise amaso meza kandi asa neza. Maze Yehova avuga ati: “Haguruka umurobanuze amavuta, kuko ari uyu+!” Indirimbo ya Salomo 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Umukunzi wanje aca ibibatsi kandi ari inzobe, indanga ihebuje mu bihumbi cumi+.
12 Nuko atuma kumuzana. Na we yari inzobe+, akaba umusore afise amaso meza kandi asa neza. Maze Yehova avuga ati: “Haguruka umurobanuze amavuta, kuko ari uyu+!”