Gusubira mu vyagezwe 28:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Kandi muri ayo mahanga nta gahengwe uzoronka+, eka nta n’ahantu na hamwe h’ukuruhukira ubworo bw’ikirenge cawe buzoronka; kandi hiyo Yehova azoguha koko umutima ujugumira+, ukugwabira kw’amaso+, n’umwiheburo w’umutima.
65 Kandi muri ayo mahanga nta gahengwe uzoronka+, eka nta n’ahantu na hamwe h’ukuruhukira ubworo bw’ikirenge cawe buzoronka; kandi hiyo Yehova azoguha koko umutima ujugumira+, ukugwabira kw’amaso+, n’umwiheburo w’umutima.