1 Samweli 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nimwatinya Yehova+, mukamukorera+ koko kandi mukagamburuka ijwi ryiwe+, ntimugararize+ itegeko rya Yehova, mwebwe n’umwami azobaganza rero muzoba abantu bakurikira Yehova Imana yanyu. 1 Samweli 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo nimutagamburuka ijwi rya Yehova+, mukagarariza koko itegeko rya Yehova+, ukuboko kwa Yehova kuzobarwanya ata gukeka, mwebwe na ba so+. Zaburi 107:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko bari bagararije+ amajambo y’Imana+;Kandi impanuro ya Musumbavyose bari bayigaye+. Yesaya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+.
14 Nimwatinya Yehova+, mukamukorera+ koko kandi mukagamburuka ijwi ryiwe+, ntimugararize+ itegeko rya Yehova, mwebwe n’umwami azobaganza rero muzoba abantu bakurikira Yehova Imana yanyu.
15 Mugabo nimutagamburuka ijwi rya Yehova+, mukagarariza koko itegeko rya Yehova+, ukuboko kwa Yehova kuzobarwanya ata gukeka, mwebwe na ba so+.
2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+.