Yesaya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni hehe handi muzokubitwa+, ko mwongerako ubundi bugarariji+? Umutwe wose urarwaye, kandi umutima wose uragoyagoya+. Yeremiya 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Intuntu idashobora kuvūrwa iranshwaye+. Umutima wanje urarwaye. Gucura intimba 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kubera ivyo, umutima wacu warwaye+. Kubera ivyo bintu, amaso yacu asigaye abona ivyijiji+,
5 Ni hehe handi muzokubitwa+, ko mwongerako ubundi bugarariji+? Umutwe wose urarwaye, kandi umutima wose uragoyagoya+.