Yeremiya 2:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Narakubise abahungu banyu ntihagira ikivamwo+. Ntibemeye gutozwa indero+. Inkota yanyu yararokeje abahanuzi banyu, nka kurya kw’intambwe iyogeza+. Yeremiya 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ewe Yehova, mbega amaso yawe ntari ku bwizigirwa+? Warabakubise+, mugabo ntibarwaye+. Warabatikije+. Baranse gutozwa indero+. Bakomantaje mu maso habo kurusha urutare+. Baranse kugaruka+.
30 Narakubise abahungu banyu ntihagira ikivamwo+. Ntibemeye gutozwa indero+. Inkota yanyu yararokeje abahanuzi banyu, nka kurya kw’intambwe iyogeza+.
3 Ewe Yehova, mbega amaso yawe ntari ku bwizigirwa+? Warabakubise+, mugabo ntibarwaye+. Warabatikije+. Baranse gutozwa indero+. Bakomantaje mu maso habo kurusha urutare+. Baranse kugaruka+.