ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 137:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 137 Iruhande y’inzuzi za Babiloni+—aho ni ho twicaye+.

      Mbere twararize igihe twibuka Siyoni+.

  • Ezekiyeli 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko ninjira hagati mu bajanywe mu bunyagano i Teli-abibu, ababa+ hafi y’uruzi Kebari+, ntangura kuba aho bari babaye; mba ng’aho imisi indwi, njumarariwe hagati muri bo+.

  • Ezekiyeli 10:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kandi nya bakerubi baraduga+—cari ca kinyabuzima nyene nari nabonye ku ruzi Kebari+—

  • Ezekiyeli 43:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Wamengo ni ya shusho y’ivyo nari neretswe+, nk’ivyo nari neretswe igihe naza guhonya igisagara+; kandi hari amashusho ameze nka ya shusho nabona iruhande y’uruzi Kebari+, nca ngwa nubamye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika