ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 25:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ku bw’izina ryawe, ewe Yehova+,

      Babarira ikosa ryanje, kuko atari rito+.

  • Zaburi 79:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Dutabare, ewe Mana y’ubukiriro bwacu+,

      Ku bw’ubuninahazwa bw’izina ryawe+;

      Turokore, upfuke ibicumuro vyacu kubera izina ryawe+.

  • Yeremiya 14:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Naho amakosa yacu atwagiriza, ewe Yehova, nugire ico ukoze ku bw’izina ryawe+; kuko ubuhemu bwacu bwabaye bwinshi+; ni wewe twacumuyeko+.

  • Daniyeli 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Yehova we, niwumve+! Yehova we, babarira+! Yehova we, niwumvirize kandi ugire ico ukoze+! Ntutebe+ Mana yanje, bibe ku bwawe, kuko izina ryawe ari ryo igisagara cawe n’abantu bawe vyitiriwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika