Yesaya 66:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko, nka kurya kw’umuriro, Yehova azokwifatira mu minwe koko imburano, egome, akoresheje inkota yiwe+, arwanye ikiri n’umubiri cose; kandi abishwe na Yehova bazoba benshi+. Yeremiya 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abanyazi bashitse mu minyuro inoze yose yo mu gahinga. Kuko inkota ya Yehova iriko irarotsa kuva ku mpera imwe y’igihugu gushika ku yindi+. Nta mahoro ariho ku gifise umubiri na kimwe. Amosi 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nibajanwa kugirwa imbohe bashorewe n’abansi babo, nzotegekerayo inkota, ibice+; kandi nzobashinga ijisho ku bw’inabi, atari ku bw’ineza+.
16 Kuko, nka kurya kw’umuriro, Yehova azokwifatira mu minwe koko imburano, egome, akoresheje inkota yiwe+, arwanye ikiri n’umubiri cose; kandi abishwe na Yehova bazoba benshi+.
12 Abanyazi bashitse mu minyuro inoze yose yo mu gahinga. Kuko inkota ya Yehova iriko irarotsa kuva ku mpera imwe y’igihugu gushika ku yindi+. Nta mahoro ariho ku gifise umubiri na kimwe.
4 Nibajanwa kugirwa imbohe bashorewe n’abansi babo, nzotegekerayo inkota, ibice+; kandi nzobashinga ijisho ku bw’inabi, atari ku bw’ineza+.