Yesaya 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ni co gituma ukuzimu kwiyaguye, kugataburura umunwa wakwo bimwe vy’akaburarugero+; kandi ic’ubwiza bwakaka caho, n’isinzi ryaho n’intureka yaho be n’uwigina, ntibizobura kumanukayo+.
14 Ni co gituma ukuzimu kwiyaguye, kugataburura umunwa wakwo bimwe vy’akaburarugero+; kandi ic’ubwiza bwakaka caho, n’isinzi ryaho n’intureka yaho be n’uwigina, ntibizobura kumanukayo+.