2 Ngoma 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko bene Amoni na Mowabu bahagurukira ababa mu karere k’imisozi ka Seyiri+ kugira ngo babatikize, babazimanganye; bakimara kurangiza ababa i Seyiri, baca bafashanya umwe wese kwica mugenziwe+. Ezekiyeli 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Ninabarungikako ya myampi mibi y’ikigoyi+, imwe yo guhonya, ya myampi nzorungika kubahonya+, emwe, nzokwongereza ikigoyi kuri mwebwe nongere mvune inkoni zanyu zitungîrwako imikate imeze nk’ikigōmbo+.
23 Nuko bene Amoni na Mowabu bahagurukira ababa mu karere k’imisozi ka Seyiri+ kugira ngo babatikize, babazimanganye; bakimara kurangiza ababa i Seyiri, baca bafashanya umwe wese kwica mugenziwe+.
16 “‘Ninabarungikako ya myampi mibi y’ikigoyi+, imwe yo guhonya, ya myampi nzorungika kubahonya+, emwe, nzokwongereza ikigoyi kuri mwebwe nongere mvune inkoni zanyu zitungîrwako imikate imeze nk’ikigōmbo+.