Yesaya 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ifeza yawe ubwayo icitse inkamba+. Inzoga yawe y’ingano ijoborojwe amazi+. Yeremiya 6:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Bose ni abantu b’akagagazo kuruta abandi+, abantu bagendagenda ari ababesheranyi+, bameze nk’umujumpu n’icuma. Bose bakora ivy’uguhonya+.
28 Bose ni abantu b’akagagazo kuruta abandi+, abantu bagendagenda ari ababesheranyi+, bameze nk’umujumpu n’icuma. Bose bakora ivy’uguhonya+.