Zaburi 119:119 Bibiliya y’isi nshasha 119 Wazimanganije ababisha bose bo kw’isi nk’inkamba+.Ni co gituma nakunze ivyibutsa vyawe+. Imigani 25:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ifeza nikurwemwo inkamba, maze yose izosohoka ityoroye+.