1 Samweli 15:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kuko ubugarariji+ ari cokimwe n’igicumuro c’ukuragura+, kandi ukwitanganiza wita imbere kukaba cokimwe no gukoresha ububasha bw’ivy’amageza na terafimu*+. Ko wanse ijambo rya Yehova+, na we arakwanse ngo ntubandanye kuba umwami+.” Imigani 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo ababisha, bazokurwaho bave kw’isi+; nayo abahemu, bazorandurwa kuri yo+. Imigani 25:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ifeza nikurwemwo inkamba, maze yose izosohoka ityoroye+. Yeremiya 6:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Abantu bazobita ifeza itawe+, kuko Yehova abataye+.” Ezekiyeli 22:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Mwana w’umuntu, kuri jewe ab’inzu ya Isirayeli bacitse nk’inkamba+. Bose ni umujumpu n’ubutare bw’ibati n’icuma n’ubutare bw’isǎsu hagati mw’itanure. Bacitse inkamba nyinshi, iz’ifeza+.
23 kuko ubugarariji+ ari cokimwe n’igicumuro c’ukuragura+, kandi ukwitanganiza wita imbere kukaba cokimwe no gukoresha ububasha bw’ivy’amageza na terafimu*+. Ko wanse ijambo rya Yehova+, na we arakwanse ngo ntubandanye kuba umwami+.”
18 “Mwana w’umuntu, kuri jewe ab’inzu ya Isirayeli bacitse nk’inkamba+. Bose ni umujumpu n’ubutare bw’ibati n’icuma n’ubutare bw’isǎsu hagati mw’itanure. Bacitse inkamba nyinshi, iz’ifeza+.